Uwa Manase ni Amoni, uwa Amoni ni Yosiya.
3:13 Uwa Yotamu ni Ahazi, uwa Ahazi ni Hezekiya, uwa Hezekiya ni Manase.
3:14 Uwa Manase ni Amoni, uwa Amoni ni Yosiya.
3:15 Bene Yosiya uw’impfura ni Yohanani, uwo ubuheta ni Yehoyakimu, uwa gatatu ni Sedekiya, uwa kane ni Shalumu.