Bela atanze, Yobabu mwene Zera w’i Bosira yima amukurikiye.
36:32 Bela mwene Beyori yimye Edomu, ururembo rwe rwitwa Dinihaba.
36:33 Bela atanze, Yobabu mwene Zera w’i Bosira yima amukurikiye.
36:34 Yobabu atanze, Hushamu wo mu gihugu cy’Abatemani yima amukurikiye.