Yosuwa 2:7

Nuko ba bandi babagenzereza mu nzira igana kuri Yorodani aho bambukira, ababagenza bamaze kugenda barugarira.

Imirongo ikikije uyu

2:6 Ariko ba batasi yari yaburije inzu abahisha hejuru yayo, abatwikira imigwegwe yari yatondekanije.

2:7 Nuko ba bandi babagenzereza mu nzira igana kuri Yorodani aho bambukira, ababagenza bamaze kugenda barugarira.

2:8 Nuko batararyama uwo mugore arurira abasanga hejuru y’inzu,

Ubuhinduzi n’inkomoko